Yesaya 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kurya kw’inyoni birukanye mu cari cayo+,ni ko abakobwa b’i Mowabu bazomera bageze aho bajabukira uruzi Arunoni*+.
2 Kurya kw’inyoni birukanye mu cari cayo+,ni ko abakobwa b’i Mowabu bazomera bageze aho bajabukira uruzi Arunoni*+.