Yesaya 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova azohana Misiri+, ayihane maze ayivure. Bazogaruka kuri Yehova, na we yumve ugutakamba kwabo, abavure.
22 Yehova azohana Misiri+, ayihane maze ayivure. Bazogaruka kuri Yehova, na we yumve ugutakamba kwabo, abavure.