Yesaya 36:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uvuga uti: “Ndafise ubuhinga bwo kurwana n’ingabo zishoboye urugamba.” Ako ni akarimi gusa. Wizigiye nde, aho wubahuka kungarariza+?
5 Uvuga uti: “Ndafise ubuhinga bwo kurwana n’ingabo zishoboye urugamba.” Ako ni akarimi gusa. Wizigiye nde, aho wubahuka kungarariza+?