Yesaya 36:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Eliyakimu na Shebuna+ na Yowa baca babwira Rabushake+ bati: «Turagusavye databuja, uvugane natwe mu giharameya*+, turacumva. Reka kutubwira mu kiyuda* imbere y’aba bantu bahagaze ku ruzitiro+.»
11 Eliyakimu na Shebuna+ na Yowa baca babwira Rabushake+ bati: «Turagusavye databuja, uvugane natwe mu giharameya*+, turacumva. Reka kutubwira mu kiyuda* imbere y’aba bantu bahagaze ku ruzitiro+.»