-
Yesaya 58:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Mbega ukwisonzesha nshima ni ukwo gukwiye kumera?
Woba ukwiye kuba umusi wo kwibabaza,
wo kwunamika umutwe nk’urukangaga,
no kuryama ku magunira no mu minyota?
Ivyo ni vyo wita ukwisonzesha n’umusi uhimbara Yehova?
-