Yeremiya 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 “Naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali*, ugakoresha n’isabuni nyinshi,ikosa ryawe ryoguma ari ikirabagu mu maso yanje+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
22 “Naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali*, ugakoresha n’isabuni nyinshi,ikosa ryawe ryoguma ari ikirabagu mu maso yanje+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.