Yeremiya 34:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo mwaciye mwongera kwisubirako muhumanya izina ryanje+, mugarukana abashumba banyu n’abashumbakazi banyu mwari mwarekuye bakaja iyo bashaka. Mwasubiye kubagira abashumba ku nguvu.”
16 Mugabo mwaciye mwongera kwisubirako muhumanya izina ryanje+, mugarukana abashumba banyu n’abashumbakazi banyu mwari mwarekuye bakaja iyo bashaka. Mwasubiye kubagira abashumba ku nguvu.”