-
Yeremiya 41:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Nuko Ishimayeli mwene Netaniya aja guhura na bo avuye i Mizipa, agenda ararira. Abashikiriye ababwira ati: «Nimuze kwa Gedaliya mwene Ahikamu.»
-