Yeremiya 41:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Ishimayeli mwene Netaniya arasohoka avuye i Mizipa aja guhura na bo, agenda ararira+. Akimara guhura na bo, atangura kubabwira ati: “Nimuze kuri Gedaliya mwene Ahikamu.”
6 Nuko Ishimayeli mwene Netaniya arasohoka avuye i Mizipa aja guhura na bo, agenda ararira+. Akimara guhura na bo, atangura kubabwira ati: “Nimuze kuri Gedaliya mwene Ahikamu.”