Yeremiya 41:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 kubera gutinya Abakaludaya. Babatinya kubera ko Ishimayeli mwene Netaniya yari yishe Gedaliya mwene Ahikamu, uwo umwami wa Babiloni yari yarajeje igihugu+.
18 kubera gutinya Abakaludaya. Babatinya kubera ko Ishimayeli mwene Netaniya yari yishe Gedaliya mwene Ahikamu, uwo umwami wa Babiloni yari yarajeje igihugu+.