Yeremiya 42:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 yuko ikosa ryanyu rizobahitana. Kuko mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: “Dusabire kuri Yehova Imana yacu, maze utubwire ivyo Yehova Imana yacu yavuze vyose, kandi tuzobikora+.”
20 yuko ikosa ryanyu rizobahitana. Kuko mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: “Dusabire kuri Yehova Imana yacu, maze utubwire ivyo Yehova Imana yacu yavuze vyose, kandi tuzobikora+.”