Yeremiya 42:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 yuko mwicumuyeko+; kuko mwebwe ubwanyu mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: ‘Dusabire kuri Yehova Imana yacu; uko Yehova Imana yacu akubwira abe ari ko utubwira, natwe tuzobikora ata gukeka+.’
20 yuko mwicumuyeko+; kuko mwebwe ubwanyu mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: ‘Dusabire kuri Yehova Imana yacu; uko Yehova Imana yacu akubwira abe ari ko utubwira, natwe tuzobikora ata gukeka+.’