30 Jewe Yehova mvuze nti: ‘Ehe ngira ntume Farawo Hofura, umwami wa Misiri, agwa mu maboko y’abansi biwe no mu maboko y’abarondera kumwica, nk’uko natumye Zedekiya umwami w’Ubuyuda agwa mu maboko ya Nebukadinezari umwami wa Babiloni, umwansi wiwe yarondera kumwica+.’”»