30 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ntange Farawo Hofura, umwami wa Misiri+, mu kuboko kw’abansi biwe no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwiwe+, nk’uko natanze Zedekiya umwami wa Yuda mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umwansi wiwe akaba n’uwarondera ubuzima bwiwe+.”’”