Yeremiya 48:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 “Abariko barahunga bahagaze mu gitutu c’i Heshiboni ata nkomezi bafise. Kuko hari umuriro uzova i Heshiboni,urubeya rukava hagati muri Sihoni+. Uzorigata uruhanga rwa Mowabun’agahanga k’abarwanyi bakunda intambara+.”
45 “Abariko barahunga bahagaze mu gitutu c’i Heshiboni ata nkomezi bafise. Kuko hari umuriro uzova i Heshiboni,urubeya rukava hagati muri Sihoni+. Uzorigata uruhanga rwa Mowabun’agahanga k’abarwanyi bakunda intambara+.”