ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nzomubona, ariko si ubu nyene,

      nzomwitegereza, ariko si muri aka kanya.

      Inyenyeri+ izova muri Yakobo,

      agakoni k’ubwami+ kazova muri Isirayeli+.

      Emwe, azomena umutwe* wa Mowabu+

      n’agahanga k’abarwanyi bakunda intambara.

  • Amosi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Nzorungika rero umuriro i Mowabu,

      kandi uzoturira iminara ikomeye y’i Keriyoti+.

      Mowabu izotikira hariko havuga urwamo rwinshi,

      akaruru k’intambara n’ijwi ry’inzamba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika