Yeremiya 50:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.
17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.