Ezekiyeli 7:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ivyago bizokurikira ibindi, n’amakuru akurikire ayandi. Abantu bazoja ku muhanuzi barondera kumenya ivyo yeretswe+, mugabo nta tegeko* rizoba rikiboneka ku muherezi, canke ngo impanuro* iboneke ku bashingantahe+.
26 Ivyago bizokurikira ibindi, n’amakuru akurikire ayandi. Abantu bazoja ku muhanuzi barondera kumenya ivyo yeretswe+, mugabo nta tegeko* rizoba rikiboneka ku muherezi, canke ngo impanuro* iboneke ku bashingantahe+.