Ezekiyeli 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ohola atangura gukora ubumaraya+, kandi yari uwanje. Yaripfuza rwose abamukunda cane*+, ni ukuvuga ababanyi biwe b’Abashuri+.
5 Ohola atangura gukora ubumaraya+, kandi yari uwanje. Yaripfuza rwose abamukunda cane*+, ni ukuvuga ababanyi biwe b’Abashuri+.