Ezekiyeli 41:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ku mpande zibiri z’urusengero hari akayira kagenda kazunguruka*. Uko kaduga mu vyumba vyo hejuru+ ni ko kagenda karaguka. Uko umuntu yaduga mw’igorofa yo hejuru avuye mu yo hasi, akajayo aciye mw’igorofa yo hagati, hagenda haraguka.
7 Ku mpande zibiri z’urusengero hari akayira kagenda kazunguruka*. Uko kaduga mu vyumba vyo hejuru+ ni ko kagenda karaguka. Uko umuntu yaduga mw’igorofa yo hejuru avuye mu yo hasi, akajayo aciye mw’igorofa yo hagati, hagenda haraguka.