Ezekiyeli 41:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma apima urusengero. Rwari rufise uburebure bw’intambwe 100. Ha hantu hagaragara, ya nyubakwa* n’impome zayo, na vyo nyene vyari bifise uburebure bw’intambwe 100.
13 Hanyuma apima urusengero. Rwari rufise uburebure bw’intambwe 100. Ha hantu hagaragara, ya nyubakwa* n’impome zayo, na vyo nyene vyari bifise uburebure bw’intambwe 100.