-
Ezekiyeli 41:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Hanyuma agera ya nzu, iba amatambwe ijana mu burebure; wa mwanya washizwe ukwawo, na ya nyubakwa be n’impome zayo, biba amatambwe ijana mu burebure.
-