Daniyeli 3:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nebukadinezari aca yegera umuryango w’iyo furu yaka umuriro, maze avuga ati: «Shadrake, Meshake na Abedinego, basavyi b’Imana Musumbavyose+, sohoka muze hano!» Shadrake na Meshake na Abedinego baca barasohoka, bava hagati mu muriro.
26 Nebukadinezari aca yegera umuryango w’iyo furu yaka umuriro, maze avuga ati: «Shadrake, Meshake na Abedinego, basavyi b’Imana Musumbavyose+, sohoka muze hano!» Shadrake na Meshake na Abedinego baca barasohoka, bava hagati mu muriro.