Hoseya 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Maze ndamubwira nti: «Uzomara imisi myinshi uri uwanje. Ntuze ukore ubumaraya*, kandi ntuze uryamane n’uwundi mugabo, na jewe sinzoryamana na wewe.» Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:3 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 19-20
3 Maze ndamubwira nti: «Uzomara imisi myinshi uri uwanje. Ntuze ukore ubumaraya*, kandi ntuze uryamane n’uwundi mugabo, na jewe sinzoryamana na wewe.»