Ivyahishuwe 10:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ariko igihe umumarayika agira indwi+ azoba agira avuze urumbete rwiwe+, rya banga ryeranda+, ari yo nkuru nziza Imana yamenyesheje abashumba bayo b’abahanuzi+, rizoba rirangutse*.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 157-158, 171
7 Ariko igihe umumarayika agira indwi+ azoba agira avuze urumbete rwiwe+, rya banga ryeranda+, ari yo nkuru nziza Imana yamenyesheje abashumba bayo b’abahanuzi+, rizoba rirangutse*.»