Kuvayo 30:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uze usye mikeyi kuri yo uyigire ifu inoze, ushire nkeyi kuri yo imbere ya ca Gishingantahe mw’ihema ry’ihuriro+, aho nzoseruka imbere yawe+. Ikwiye kuba myeranda rwose kuri mwebwe.
36 Uze usye mikeyi kuri yo uyigire ifu inoze, ushire nkeyi kuri yo imbere ya ca Gishingantahe mw’ihema ry’ihuriro+, aho nzoseruka imbere yawe+. Ikwiye kuba myeranda rwose kuri mwebwe.