Kuvayo 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 na ya mavuta y’ukurobanuza, na ya mibavu imota neza y’aheranda+. Nk’uko ikintu cose nagutegetse kiri, ni ko bazokora.”
11 na ya mavuta y’ukurobanuza, na ya mibavu imota neza y’aheranda+. Nk’uko ikintu cose nagutegetse kiri, ni ko bazokora.”