Kuvayo 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero, ndakwinginze, nimba nagize ubutoni mu maso yawe+, ndakwinginze, umenyeshe inzira zawe+, kugira ndakumenye, mpeze ngire ubutoni mu maso yawe. Kandi umenye yuko iri hanga ari abantu bawe+.”
13 Ubu rero, ndakwinginze, nimba nagize ubutoni mu maso yawe+, ndakwinginze, umenyeshe inzira zawe+, kugira ndakumenye, mpeze ngire ubutoni mu maso yawe. Kandi umenye yuko iri hanga ari abantu bawe+.”