Guharura 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nanje ndaza kumanuka+, mvuganire nawe ng’aho+; kandi ndaza gukura nkeyi ku mpwemu+ iri kuri wewe ndayishire kuri bo, na bo bazogufasha kwikorera umutwaro w’abo bantu kugira ngo ntuwikorere wenyene+.
17 Nanje ndaza kumanuka+, mvuganire nawe ng’aho+; kandi ndaza gukura nkeyi ku mpwemu+ iri kuri wewe ndayishire kuri bo, na bo bazogufasha kwikorera umutwaro w’abo bantu kugira ngo ntuwikorere wenyene+.