Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”
8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”