Guharura 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Yehova abwira Musa ati: “Hamwe se wiwe yomucira+ mu maso, ntiyoteterezwa imisi indwi? Nakumirwe+ imisi indwi inyuma y’ikambi+, mu nyuma abone kugaruka+.”
14 Maze Yehova abwira Musa ati: “Hamwe se wiwe yomucira+ mu maso, ntiyoteterezwa imisi indwi? Nakumirwe+ imisi indwi inyuma y’ikambi+, mu nyuma abone kugaruka+.”