Guharura 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Mugabo umuntu akora ikintu nkana+, yaba ari imvukira canke kavamahanga, gutyo akaba atutse Yehova+, uwo muntu rero ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.
30 “‘Mugabo umuntu akora ikintu nkana+, yaba ari imvukira canke kavamahanga, gutyo akaba atutse Yehova+, uwo muntu rero ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.