Guharura 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko ari ijambo rya Yehova yasuzuguye+ n’ibwirizwa ryiwe yarenze+, uwo muntu aze arandurwe ata kabuza+. Ikosa ryiwe riri kuri we+.’”
31 Kuko ari ijambo rya Yehova yasuzuguye+ n’ibwirizwa ryiwe yarenze+, uwo muntu aze arandurwe ata kabuza+. Ikosa ryiwe riri kuri we+.’”