Guharura 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kandi ku musi w’ivyamwa vya mbere vyeze+, igihe muzoshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete rishasha, ku musi mukuru wanyu w’amayinga+, muzogira ihwaniro ryeranda. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+.
26 “‘Kandi ku musi w’ivyamwa vya mbere vyeze+, igihe muzoshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete rishasha, ku musi mukuru wanyu w’amayinga+, muzogira ihwaniro ryeranda. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+.