Gusubira mu vyagezwe 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi ntuze uhebe Umulewi ari mu marembo yawe+, kuko atagira umuturi n’intoranwa kumwe na wewe+.