Gusubira mu vyagezwe 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuhanuzi ameze nka wewe ni we nzobahagurukiriza hagati ya bene wabo+; kandi nzoshira amajambo yanje mu kanwa kiwe+, na we azobabwira ivyo nzomutegeka vyose+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:18 Umunara w’Inderetsi,15/4/2009, rup. 24-281/3/2000, rup. 15-16
18 Umuhanuzi ameze nka wewe ni we nzobahagurukiriza hagati ya bene wabo+; kandi nzoshira amajambo yanje mu kanwa kiwe+, na we azobabwira ivyo nzomutegeka vyose+.