Gusubira mu vyagezwe 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 wa mugabo wa mbere yamwirukana ntazokwemererwa kwongera kumutwara ngo abe umugore wiwe amaze guhumanywa+; kuko ico ari ikintu giteye ishishi imbere ya Yehova, kandi ntuze ukwegere mu gicumuro igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa.
4 wa mugabo wa mbere yamwirukana ntazokwemererwa kwongera kumutwara ngo abe umugore wiwe amaze guhumanywa+; kuko ico ari ikintu giteye ishishi imbere ya Yehova, kandi ntuze ukwegere mu gicumuro igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa.