Abacamanza 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gileyadi afata ivyambu vya Yorodani+ imbere ya Efurayimu; maze abagabo ba Efurayimu bariko barahunga iyo bavuze ngo: “Nimundeke njabuke,” abagabo ba Gileyadi baca babwira umwe wese bati: “Uri Umwefurayimu?” Avuze ati: “Oya!”,
5 Gileyadi afata ivyambu vya Yorodani+ imbere ya Efurayimu; maze abagabo ba Efurayimu bariko barahunga iyo bavuze ngo: “Nimundeke njabuke,” abagabo ba Gileyadi baca babwira umwe wese bati: “Uri Umwefurayimu?” Avuze ati: “Oya!”,