ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko nya bagabo baboma inyuma berekeza kuri Yorodani ku vyambu+, maze abo bagabo babomye inyuma bakimara gusohoka, amarembo arugarwa.

  • Abacamanza 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze ababwira ati: “Nimunkurikire+, kuko Yehova atanze abansi banyu, Abanyamowabu, mu kuboko kwanyu+.” Nuko baramukurikira hanyuma bafata ivyambu+ vya Yorodani kugira bazibire Abanyamowabu, ntibareka ngo hagire uwurengana.

  • Abacamanza 7:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Gideyoni atuma intumwa mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ kose kuvuga ziti: “Manuke guhura na Midiyani, mubatange gufata amazi gushika i Beti-bara, mufate na Yorodani.” Nuko abagabo bose ba Efurayimu barakorana, maze bafata amazi+ gushika i Beti-bara, bafata na Yorodani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika