1 Samweli 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo Dawidi avuga ati: “Bene wacu, ntimugenze gutyo ivyo Yehova yaduhaye+, kuko yatuzigamye+ akongera agatanga mu kuboko kwacu ako kagwi k’abambuzi kari kaje kudutera+.
23 Mugabo Dawidi avuga ati: “Bene wacu, ntimugenze gutyo ivyo Yehova yaduhaye+, kuko yatuzigamye+ akongera agatanga mu kuboko kwacu ako kagwi k’abambuzi kari kaje kudutera+.