Yesaya 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze biboneka ko Mowabu yarambiwe ku kibanza gikirurutse+; kandi yaje aheranda hiwe gusenga+, ntiyagira ico ashikako namba+.
12 Maze biboneka ko Mowabu yarambiwe ku kibanza gikirurutse+; kandi yaje aheranda hiwe gusenga+, ntiyagira ico ashikako namba+.