Yesaya 64:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nk’igihe umuriro udometse ikigunda, kandi umuriro ukabiza amazi, kugira ngo wewe umenyeshe izina ryawe abarwanizi bawe+, kugira ngo amahanga ahagarike umutima kubera wewe+!
2 nk’igihe umuriro udometse ikigunda, kandi umuriro ukabiza amazi, kugira ngo wewe umenyeshe izina ryawe abarwanizi bawe+, kugira ngo amahanga ahagarike umutima kubera wewe+!