Zaburi 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,Nzoshirwa hejuru mw’isi+.” Ezekiyeli 36:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+. Matayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nuko rero musenge mutya+: “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.
10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,Nzoshirwa hejuru mw’isi+.”
23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.