Yeremiya 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Aha hantu h’igiharabuga hatagira umuntu n’igitungwa+, no mu bisagara vyaho vyose, hazosubira kubaho itongo ry’uburagiriro ry’abungere bavyagiza umukuku+.’
12 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Aha hantu h’igiharabuga hatagira umuntu n’igitungwa+, no mu bisagara vyaho vyose, hazosubira kubaho itongo ry’uburagiriro ry’abungere bavyagiza umukuku+.’