Yeremiya 41:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 haza abagabo bavuye i Shekemu+ n’i Shilo+ n’i Samariya+, abagabo mirongo umunani bamoye ubwanwa+, batantamuye impuzu zabo kandi bikebaguye+, bakaba bari bafise mu kuboko ishikanwa ry’intete n’imibavu ya olibani+ kugira babizane ku nzu ya Yehova.
5 haza abagabo bavuye i Shekemu+ n’i Shilo+ n’i Samariya+, abagabo mirongo umunani bamoye ubwanwa+, batantamuye impuzu zabo kandi bikebaguye+, bakaba bari bafise mu kuboko ishikanwa ry’intete n’imibavu ya olibani+ kugira babizane ku nzu ya Yehova.