Yeremiya 41:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo haboneka abagabo cumi muri bo babwira buno nyene Ishimayeli bati: “Ntutwice, kuko dufise amatunga anyegejwe mu misozi, ingano na sayiri* n’amavuta n’ubuki+.” Nuko arabareka, ntiyabicira muri bene wabo.
8 Mugabo haboneka abagabo cumi muri bo babwira buno nyene Ishimayeli bati: “Ntutwice, kuko dufise amatunga anyegejwe mu misozi, ingano na sayiri* n’amavuta n’ubuki+.” Nuko arabareka, ntiyabicira muri bene wabo.