-
Yeremiya 41:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Maze Ishimayeli agira imbohe amasigarira yose y’abantu bari i Mizipa+, abakobwa b’umwami+ n’abantu bose bari basigaye i Mizipa+, abo Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima yari yacungishije Gedaliya mwene Ahikamu+. Nuko Ishimayeli mwene Netaniya abagira imbohe, maze aragenda kugira ajabuke aje kuri bene Amoni+.
-