Yeremiya 48:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta shemezo rya Mowabu rikiriho+. Biyumviriye ivyago ku bimwerekeye bari i Heshiboni+, bati: ‘Nimuze tumurandure areke kuba ihanga+.’ “Na wewe Madumeni nucereze. Inkota iragukurikira.
2 Nta shemezo rya Mowabu rikiriho+. Biyumviriye ivyago ku bimwerekeye bari i Heshiboni+, bati: ‘Nimuze tumurandure areke kuba ihanga+.’ “Na wewe Madumeni nucereze. Inkota iragukurikira.