Yeremiya 48:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “‘Nimuve mu bisagara muje kuba ku rutare+, yemwe ababa i Mowabu, mube nk’inuma yubaka icari cayo mu turere tw’umunwa w’umwobo+.’”
28 “‘Nimuve mu bisagara muje kuba ku rutare+, yemwe ababa i Mowabu, mube nk’inuma yubaka icari cayo mu turere tw’umunwa w’umwobo+.’”