Guharura 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abonye Abanyakeni+, ashishikara ijambo ryiwe ry’akagani ati:“Aho uba hararamba, kandi ikibanza ubamwo kiri ku rutare. Zaburi 55:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nguma mvuga nti: “Ese iyo mba mfise amababa nk’inuma+!Nogurukiye kure nkiberayo+. Indirimbo ya Salomo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ewe numa yanje+ iri mu bwihisho bw’urutare, ahihishije h’inzira ihanamye, nyereka agashusho kawe+, nyumvisha akajwi kawe, kuko akajwi kawe karyoshe, n’agashusho kawe kakaba gateye igomwe+.’” Yeremiya 49:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
21 Abonye Abanyakeni+, ashishikara ijambo ryiwe ry’akagani ati:“Aho uba hararamba, kandi ikibanza ubamwo kiri ku rutare.
14 Ewe numa yanje+ iri mu bwihisho bw’urutare, ahihishije h’inzira ihanamye, nyereka agashusho kawe+, nyumvisha akajwi kawe, kuko akajwi kawe karyoshe, n’agashusho kawe kakaba gateye igomwe+.’”
16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.